Igiti ngirakamaro ca shea kirageramiwe muri Uganda
Mu buraruko bwa Uganda, ahamera ibiti vya shea, Mustafa Gerima agenda mu mihana ahimiriza abantu gukingira ico giti abona nk’ubutunzi buriko burayoyoka. Mustafa afatwa nk’icitegererezo co kurwanya ihona ry’igiti ca…